INGO Trend
GAME ON 🎯
16/08/2026
🚨💣:🇰🇪 Mugihugu ca Kenya 🇰🇪 hakomeza kuba imyigaragamvyo yabatavuga rumwe na Politike.
==============================
🔴🇰🇪🎤Ubwo Linda Mwananchi nabayoboke biwe bazindutse mu mwiyamazo mukarere ka Homa Bay, abatavuga Nawe baciye batangura imyigaragamvyo, aho baturira ibintu ndetse bakagenda bisamburira ivyabo Bamwe bakahasiga ubuzima.
Trend
Vuba irazaja ahabona w"wumusazi
Trend
16/08/2026
Vuba iraja ahabona w'umusazi
Trend
16/08/2026
🚨💣 : Abacururanzi ndetse n'abaririmvyi baririmba indirimbo zihimbaza bariko barirukira mubihugu bibanyi kubera ariho bahabwa agaciro bakanaronswa agafaranga 💵....
===================
Umuririmvyi Eric Mugisha wo muri Redemption Voice , arasaba aba bongaha m'uburundi canke uwo Wese atwara ishengero kwitaho Abacururanzi canke abaririmvyi mukubaha ivyo bakeneye harimwo amafaranga n'ibindi ....
Kuko ngo bitabaye ivyo m'uburundi hazosigara bake kandi ababizi barigiriye mubindi bihugu bishobora kubafata neza .
Ati " Ingabire zose zacu barazidutwaye , ndasaba aba ( ) gushingikira abo ( baririmvyi , Abacururanzi ) bakorera Imana murusengero ntimutume barara batariye , canke ngo babure ikindi bishikanako m'ubuzima bwabo nko ( gushinga urugo , kwubaka inzu , kugura imodoka n'ibindi ... ) , kugira ngo bakorere Imana baguwe nezaa "
Trend
Turabakunda bakunzi bacu mugire umusi w'imana mwiza🙏
12/08/2026
Ubwira kabiri buhejeje kuba mukanya bwagaraaye muri Europe gusa niho bwabonetse
Trend
12/08/2026
🚨💣AG promoter yaramaze imisi ibiri Ari muburundi yari yaje mubikorwa vyakazi mbere Yuko asubira murwanda yamanje kuja kuraba mugenziwe Bain-turo Aho yagiye kumusuhuza Aho arwariye mubitaro
Trend
Umu General wumusazi
Trend
c'ubuzima
Trend
rwamayobera
Trend
Click here to claim your Sponsored Listing.
Telephone
Website
Address
Dubai